Yobu 42:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ‘Uyo ni nde apfukiranya impanuro ata bumenyi+?’Erega naravuze, ariko ntategeraIbintu vy’agatangaza bindengeye ntazi+. 1 Timoteyo 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 bagashaka kuba abigisha+ b’itegeko+, mugabo badatahura ivyo bavuga canke ivyo bemeza bashimitse.
3 ‘Uyo ni nde apfukiranya impanuro ata bumenyi+?’Erega naravuze, ariko ntategeraIbintu vy’agatangaza bindengeye ntazi+.