Yobu 37:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Inyuma yawo ijwi rirasana;Iraturagara+ n’ijwi ry’ubukuru bwayo+,Kandi yo ntibitangira iyo ijwi ryayo ryumvikanye+. Zaburi 29:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ijwi rya Yehova riri hejuru y’amazi+;Ya Mana ininahaye+ ubwayo yaturagaye+.Yehova ari hejuru y’amazi menshi+.
4 Inyuma yawo ijwi rirasana;Iraturagara+ n’ijwi ry’ubukuru bwayo+,Kandi yo ntibitangira iyo ijwi ryayo ryumvikanye+.
3 Ijwi rya Yehova riri hejuru y’amazi+;Ya Mana ininahaye+ ubwayo yaturagaye+.Yehova ari hejuru y’amazi menshi+.