ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 20:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 hanyuma avuga+ ati:

      “Ewe Yehova Mana ya ba sogokuruza bacu+, mbega nturi Imana mu majuru+, kandi ntuganza ubwami bwose bw’amahanga+, kandi mu kuboko kwawe ntihari ububasha n’ubushobozi, akaba ata n’umwe yoguhagarara imbere+?

  • Daniyeli 4:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Ababa kw’isi bose babonwa nk’ubusa gusa+, kandi akora uko yigombera mu ngabo zo mu majuru no mu baba kw’isi+. Kandi nta n’umwe ariho yotangira ukuboko kwiwe+, canke yomubwira ngo: ‘Wakoze iki+?’

  • Ivyakozwe 11:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nimba rero Imana yabahaye ingabirano ya gusa nk’imwe nyene yaduha twebwe abemeye Umukama Yezu Kristu+, jewe nari nde ngo mbuze Imana+?”

  • Abaroma 9:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Wombwira rero uti: “Ni kubera iki ibandanya gutora amahinyu? Kuko ni nde ahangara ukugomba kwayo gutomoye+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika