Yesaya 21:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nimuzane amazi gusanganira uwunyotewe. Yemwe ababa mu gihugu ca Tema+, nimwakirize umukate uwuhunze. Yeremiya 25:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 na Dedani+ na Tema+ na Buzu n’abantu bose bamoye imishatsi mu misaya+;
14 Nimuzane amazi gusanganira uwunyotewe. Yemwe ababa mu gihugu ca Tema+, nimwakirize umukate uwuhunze.