Gusubira mu vyagezwe 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+. Zaburi 143:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi ntujane mu rubanza umusavyi wawe ngo muburane+;Kuko ata muzima n’umwe ashobora kuba umugororotsi imbere yawe+. Abaroma 3:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko bose bacumuye+ bakaba badashikira ubuninahazwa bw’Imana+,
4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+.
2 Kandi ntujane mu rubanza umusavyi wawe ngo muburane+;Kuko ata muzima n’umwe ashobora kuba umugororotsi imbere yawe+.