Yobu 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Igicu kirarangira koko kigatumuka;Ni ko n’uwumanuka mu kuzimu* atazoduga+. Zaburi 115:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Abapfuye ubwabo ntibashemeza Ya+,Habe n’umwe mu bamanuka baja ahantu h’agacerere+. Yesaya 38:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Navuze nti: “Sinzobona Ya*, emwe, Ya, mu gihugu c’abazima+.Sinzosubira kuraba abantu—nzoba ndi kumwe n’ababa mu gihugu c’ukutabaho.
11 Navuze nti: “Sinzobona Ya*, emwe, Ya, mu gihugu c’abazima+.Sinzosubira kuraba abantu—nzoba ndi kumwe n’ababa mu gihugu c’ukutabaho.