ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 21:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Kuki ababisha babandanya kubaho+,

      Bagasaza, kandi bakaminuza mu butunzi+?

  • Zaburi 37:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Narabonye umubisha ari intwazamukazo+,

      Agatagarara nk’igiti gitotahaye mw’ivu ryiwe kavukire+.

  • Zaburi 73:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ehe! Abo ni ba babisha, bitekaniye igihe kitagira urugero+.

      Bongereje ibibabeshaho+.

  • Yeremiya 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Uragororotse+, ewe Yehova, iyo ndagushikirije ikirego canje, egome, iyo mvuganye nawe ibijanye n’urubanza. Kubera iki inzira y’ababisha iroraniwe+, abakora ivy’ubuhemu bose bakaba batagira amaganya?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika