Abacamanza 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwo mugabo Mika yari afise inzu y’imana+; atangura rero gukora efodi+ na terafimu*+ no kwuzuza ububasha ukuboko+ kw’umwe mu bahungu biwe, kugira ngo amubere umuherezi+.
5 Uwo mugabo Mika yari afise inzu y’imana+; atangura rero gukora efodi+ na terafimu*+ no kwuzuza ububasha ukuboko+ kw’umwe mu bahungu biwe, kugira ngo amubere umuherezi+.