1 Abatesalonika 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Igihe bazoba+ bavuga ngo: “Amahoro+ n’umutekano!” ni ho agatikizo+ ka bukwi na bukwi kazoza kuri bo ako kanya nyene nk’uko ububabare bw’ibise buza ku mugore yibungenze+; kandi ntibazogenda barusimvye+.
3 Igihe bazoba+ bavuga ngo: “Amahoro+ n’umutekano!” ni ho agatikizo+ ka bukwi na bukwi kazoza kuri bo ako kanya nyene nk’uko ububabare bw’ibise buza ku mugore yibungenze+; kandi ntibazogenda barusimvye+.