Itanguriro 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uzorya umukate* ubize icuya mu maso gushika usubire mu butaka, kubera ari bwo wakuwemwo+. Kuko uri umukungugu, kandi umukungugu ni wo uzosubiramwo+.” Yobu 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Abato n’abahambaye hariya ni cokimwe+N’umushumba aba abohowe kuri shebuja. Umusiguzi 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Vyose bija ahantu hamwe+. Vyose vyavuye mu mukungugu+, kandi vyose bisubira mu mukungugu+.
19 Uzorya umukate* ubize icuya mu maso gushika usubire mu butaka, kubera ari bwo wakuwemwo+. Kuko uri umukungugu, kandi umukungugu ni wo uzosubiramwo+.”