Yobu 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nihagira uwumumira akava ahiwe+,Na ho nyene hazomwihakana, hati: ‘Sinakubonye+.’ Zaburi 103:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko umuyaga uricako ntirisubire kubaho+;Aharyo ntihazosubira kurimenya+.