Kuvayo 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo Farawo avuga ati: “Yehova ni nde+, ngo ngamburukire ijwi ryiwe ndekure Isirayeli+? Yehova sindamuzi namba+, kandi vyongeye, sindiko ndarekura Isirayeli+.” Zaburi 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umubisha mu kwidundarika kwiwe ntarondera+;Ivyiyumviro vyiwe vyose ni: “Nta Mana iriho+.” Hoseya 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nk’uko uburagiriro bwabo bwari buri, ni ko bahaze+. Barahaze maze umutima wabo utangura kwishira hejuru+. Ni co catumye banyibagira+.
2 Mugabo Farawo avuga ati: “Yehova ni nde+, ngo ngamburukire ijwi ryiwe ndekure Isirayeli+? Yehova sindamuzi namba+, kandi vyongeye, sindiko ndarekura Isirayeli+.”
6 Nk’uko uburagiriro bwabo bwari buri, ni ko bahaze+. Barahaze maze umutima wabo utangura kwishira hejuru+. Ni co catumye banyibagira+.