Yobu 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova yongera kubwira Shetani ati: “Mbega washize umutima wawe ku musavyi wanje Yobu, ukabona ko ata n’umwe ameze nka we mw’isi+, ko ari umuntu atagirako umugayo+ kandi agororotse+, atinya Imana+ kandi agaca kure ikibi+?” Yobu 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ibuka, ndakwinginze: Ni nde ntungane yigeze kuyogera?Kandi ni hehe uwugororotse+ yigeze kuzimanganywa?
8 Yehova yongera kubwira Shetani ati: “Mbega washize umutima wawe ku musavyi wanje Yobu, ukabona ko ata n’umwe ameze nka we mw’isi+, ko ari umuntu atagirako umugayo+ kandi agororotse+, atinya Imana+ kandi agaca kure ikibi+?”
7 Ibuka, ndakwinginze: Ni nde ntungane yigeze kuyogera?Kandi ni hehe uwugororotse+ yigeze kuzimanganywa?