Zaburi 18:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko nagumije inzira za Yehova+,Kandi sinakoze nabi ngo mvirire Imana yanje+. Zaburi 44:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umutima wacu ntiwahemutse ngo usubire inyuma+,Eka n’amakanda yacu ntakevya ngo ate umunyuro wawe+.
18 Umutima wacu ntiwahemutse ngo usubire inyuma+,Eka n’amakanda yacu ntakevya ngo ate umunyuro wawe+.