Yobu 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 Elifazi Umutemani arishura ati: Yobu 22:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mbega ububi bwawe ntibumaze kurenga urugero+,Canke amakosa yawe ntazogira iherezo? Imigani 27:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ba inkerebutsi mwananje, unezereze umutima wanje+, kugira ngo nshobore kwishura uwuncokora+. Matayo 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Maze bazobashira mu makuba+, babice+, kandi muzokwankwa+ n’amahanga yose muhorwa izina ryanje+. Ivyahishuwe 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Ehe Shetani*+ azoguma ata mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira ngo mugezwe bimwe bishitse+, no kugira ngo mugire amakuba+ imisi cumi. Erekana ko uri umwizigirwa no gushika ku rupfu+, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+. Ivyahishuwe 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze umwe wese muri bo ahabwa ikanzu yera+; hanyuma babwirwa kuruhuka kandi gatoyi, gushika aho n’igitigiri c’abashumba bagenzi babo na bene wabo bagira bicwe nk’uko na bo nyene bari bishwe+, gikwizwa.
22 Elifazi Umutemani arishura ati: Yobu 22:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mbega ububi bwawe ntibumaze kurenga urugero+,Canke amakosa yawe ntazogira iherezo? Imigani 27:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ba inkerebutsi mwananje, unezereze umutima wanje+, kugira ngo nshobore kwishura uwuncokora+. Matayo 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Maze bazobashira mu makuba+, babice+, kandi muzokwankwa+ n’amahanga yose muhorwa izina ryanje+. Ivyahishuwe 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Ehe Shetani*+ azoguma ata mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira ngo mugezwe bimwe bishitse+, no kugira ngo mugire amakuba+ imisi cumi. Erekana ko uri umwizigirwa no gushika ku rupfu+, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+. Ivyahishuwe 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze umwe wese muri bo ahabwa ikanzu yera+; hanyuma babwirwa kuruhuka kandi gatoyi, gushika aho n’igitigiri c’abashumba bagenzi babo na bene wabo bagira bicwe nk’uko na bo nyene bari bishwe+, gikwizwa.
10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Ehe Shetani*+ azoguma ata mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira ngo mugezwe bimwe bishitse+, no kugira ngo mugire amakuba+ imisi cumi. Erekana ko uri umwizigirwa no gushika ku rupfu+, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+.
11 Maze umwe wese muri bo ahabwa ikanzu yera+; hanyuma babwirwa kuruhuka kandi gatoyi, gushika aho n’igitigiri c’abashumba bagenzi babo na bene wabo bagira bicwe nk’uko na bo nyene bari bishwe+, gikwizwa.