Gusubira mu vyagezwe 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ishitsa urubanza ku bw’impfuvyi* n’umupfakazi+ kandi igakunda kavamahanga+ ku buryo imuha umukate n’umutamana. Yakobo 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Insengo ityoroye+ kandi idahumanye+ ku Mana yacu ikaba na Data ni iyi: kwitaho impfuvyi+ n’abapfakazi+ mu makuba yabo+, no kuguma wirinze ntutosekazwe+ n’isi+.
18 ishitsa urubanza ku bw’impfuvyi* n’umupfakazi+ kandi igakunda kavamahanga+ ku buryo imuha umukate n’umutamana.
27 Insengo ityoroye+ kandi idahumanye+ ku Mana yacu ikaba na Data ni iyi: kwitaho impfuvyi+ n’abapfakazi+ mu makuba yabo+, no kuguma wirinze ntutosekazwe+ n’isi+.