Itanguriro 29:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Yehova abonye ko Leya yankwa, yugurura rero igitereko ciwe+, mugabo Rasheli yari ingumba+. 1 Samweli 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo Hana amuha umugabane umwe. Ariko Hana ni we yakunda+, mugabo Yehova yari yarugaye igitereko ciwe+. Yobu 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuki none wansohoye nkava mu gitereko+?Iyo mba naracikanye ntihagire n’ijisho rimbona,
5 Mugabo Hana amuha umugabane umwe. Ariko Hana ni we yakunda+, mugabo Yehova yari yarugaye igitereko ciwe+.