Yobu 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umuntu w’imvi ku mutwe be n’umusaza bompi turi kumwe+,Uwuruta so mu misi. 1 Timoteyo 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ntukarire umugabo ahumuye+. Ahubwo umwinginge nka so, abagabo bakiri bato nka bene wanyu, 1 Petero 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.
5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.