ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 19:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kandi jewe ndazi neza ko umucunguzi wanje+ ari muzima,

      Kandi ko niyaza mu nyuma zanje azohagarara+ ku mukungugu.

  • Zaburi 49:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Nta n’umwe muri bo ashobora na gato gucungura mwene wabo+,

      Canke ngo amutangire incungu* ku Mana;

  • Matayo 20:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Nk’uko Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe, ariko kugira akorere abandi+, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu* ya benshi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika