Zaburi 19:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Amajambo y’akanwa kanje be n’ukuzirikana kw’umutima wanje+Nibibe ibihimbaye imbere yawe, ewe Yehova Gitandara canje+ n’Umucunguzi wanje+! Yesaya 38:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Raba! Mu kibanza c’amahoro nagize ibirura, egome, birura+;Kandi wewe ubwawe wafatanye n’ubuzima bwanje, uburinda icobo c’ugusanguka+. Kuko watereye inyuma y’umugongo wawe ibicumuro vyanje vyose+.
14 Amajambo y’akanwa kanje be n’ukuzirikana kw’umutima wanje+Nibibe ibihimbaye imbere yawe, ewe Yehova Gitandara canje+ n’Umucunguzi wanje+!
17 Raba! Mu kibanza c’amahoro nagize ibirura, egome, birura+;Kandi wewe ubwawe wafatanye n’ubuzima bwanje, uburinda icobo c’ugusanguka+. Kuko watereye inyuma y’umugongo wawe ibicumuro vyanje vyose+.