Kuvayo 22:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “Ntugahamagarire akabi ku Mana+ canke ngo uvume umukuru wo mu bantu b’iwanyu+. Imigani 17:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ikigeretseko, guca amande umugororotsi si vyiza+. Gukubita abanyacubahiro birahushanye n’ibigororotse+. Umusiguzi 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko ijambo ry’umwami ari bwo bubasha+; kandi ni nde yomubwira ngo: ‘Ivyo ukora ni ibiki?’” Umusiguzi 10:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mbere no mu cumba cawe c’uburyamo ntuhamagarire akabi ku mwami+, kandi mu vyumba uryamamwo ntuhamagarire akabi ku mutunzi n’umwe+; kuko ikiremwa kiguruka co mu kirere kizotwara ijwi, n’igifise amababa kikazobivuga+.
26 Ikigeretseko, guca amande umugororotsi si vyiza+. Gukubita abanyacubahiro birahushanye n’ibigororotse+.
20 Mbere no mu cumba cawe c’uburyamo ntuhamagarire akabi ku mwami+, kandi mu vyumba uryamamwo ntuhamagarire akabi ku mutunzi n’umwe+; kuko ikiremwa kiguruka co mu kirere kizotwara ijwi, n’igifise amababa kikazobivuga+.