Zaburi 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ni nde none uwo Mwami aninahaye+?”“Yehova uwukomeye kandi w’umunyabubasha+,Yehova w’umunyabubasha mu rugamba+.” Zaburi 99:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu nkomezi z’umwami, yakunze ubutungane+.Ni wewe washimangiye ukugororoka+.Uguca imanza be n’ubugororotsi muri Yakobo, ni vyo washikije+. Yeremiya 32:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umwe agirira ubuntu bwuzuye urukundo ibihumbi+, kandi akishura ikosa rya ba se mu gikiriza c’abahungu babo mu nyuma zabo+, wewe Mana y’ukuri, Umwe ahambaye+, Umwe w’umunyabushobozi+, Yehova nyen’ingabo+ akaba ari ryo zina ryiwe+,
8 “Ni nde none uwo Mwami aninahaye+?”“Yehova uwukomeye kandi w’umunyabubasha+,Yehova w’umunyabubasha mu rugamba+.”
4 Mu nkomezi z’umwami, yakunze ubutungane+.Ni wewe washimangiye ukugororoka+.Uguca imanza be n’ubugororotsi muri Yakobo, ni vyo washikije+.
18 Umwe agirira ubuntu bwuzuye urukundo ibihumbi+, kandi akishura ikosa rya ba se mu gikiriza c’abahungu babo mu nyuma zabo+, wewe Mana y’ukuri, Umwe ahambaye+, Umwe w’umunyabushobozi+, Yehova nyen’ingabo+ akaba ari ryo zina ryiwe+,