Yesaya 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nimwerekana ugushaka kandi mukumviriza koko, muzorya ivyiza vy’igihugu+. Yeremiya 26:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko rero inzira zanyu n’ibikorwa vyanyu mubigire vyiza+, kandi mugamburuke ijwi rya Yehova Imana yanyu, Yehova na we azokwicuza ku bijanye n’ivyago yabavuzeko+.
13 Nuko rero inzira zanyu n’ibikorwa vyanyu mubigire vyiza+, kandi mugamburuke ijwi rya Yehova Imana yanyu, Yehova na we azokwicuza ku bijanye n’ivyago yabavuzeko+.