Ivyakozwe 16:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo nko mu gicugu+ Paulo na Silasi bariko barasenga bongera bashemeza Imana mu kuririmba+; egome, imbohe zarabumva. Abanyefeso 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 kandi mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu mukama mukenguruka+ ku bw’ibintu vyose, mubikengurukira Imana yacu ikaba na Data.
25 Mugabo nko mu gicugu+ Paulo na Silasi bariko barasenga bongera bashemeza Imana mu kuririmba+; egome, imbohe zarabumva.
20 kandi mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu mukama mukenguruka+ ku bw’ibintu vyose, mubikengurukira Imana yacu ikaba na Data.