Zaburi 39:1 Bibiliya y’isi nshasha 39 Navuze nti: “Nzorinda inzira zanje+Ngo sincumure n’ururimi rwanje+.Nzoshiraho ikirumyo kirinda umunwa wanje+,Igihe cose umubisha azoba ari imbere yanje+.” Imigani 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ugutekana kw’ururimi ni igiti c’ubuzima+, mugabo ubugorame muri rwo busobanura ukuvunika umutima+. Yakobo 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nimba umuntu yibwira ko ari uwusenga mu buryo nyabwo+ yamara ntajiginyike* ururimi rwiwe+, mugabo akabandanya guhenda umutima wiwe bwite+, ugusenga kw’uwo muntu nta co kuba kumaze+. Yakobo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo ururimi, nta n’umwe mu bantu ashobora kurugunda. Ni ikintu kibi c’akagaramaruganda, cuzuye ubumara bwica+.
39 Navuze nti: “Nzorinda inzira zanje+Ngo sincumure n’ururimi rwanje+.Nzoshiraho ikirumyo kirinda umunwa wanje+,Igihe cose umubisha azoba ari imbere yanje+.”
26 Nimba umuntu yibwira ko ari uwusenga mu buryo nyabwo+ yamara ntajiginyike* ururimi rwiwe+, mugabo akabandanya guhenda umutima wiwe bwite+, ugusenga kw’uwo muntu nta co kuba kumaze+.
8 Mugabo ururimi, nta n’umwe mu bantu ashobora kurugunda. Ni ikintu kibi c’akagaramaruganda, cuzuye ubumara bwica+.