Zaburi 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Abazi izina ryawe bazokwizigira+,Kuko utazogenda uhevye abakurondera, Yehova we+! Zaburi 84:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko Yehova Imana ari izuba+ n’inkinzo+;Ubutoni n’ubuninahazwa ni vyo atanga+.Yehova nta ciza na kimwe azokwima abagendera mu kutagira amahinyu+.
11 Kuko Yehova Imana ari izuba+ n’inkinzo+;Ubutoni n’ubuninahazwa ni vyo atanga+.Yehova nta ciza na kimwe azokwima abagendera mu kutagira amahinyu+.