Itanguriro 24:67 Bibiliya y’isi nshasha 67 Inyuma y’ivyo Izahaki yinjiza Rebeka mw’ihema rya Sara nyina wiwe+. Gutyo yabira Rebeka, acika umugore wiwe+; aramukunda+, Izahaki aronka uruhoza inyuma y’aho aburiye nyina+.
67 Inyuma y’ivyo Izahaki yinjiza Rebeka mw’ihema rya Sara nyina wiwe+. Gutyo yabira Rebeka, acika umugore wiwe+; aramukunda+, Izahaki aronka uruhoza inyuma y’aho aburiye nyina+.