Yobu 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ishavu ryiwe ryantabaguye, ambikira akazikira+.Ampekenyera amenyo+.Umurwanizi wanje ubwiwe anzuriye amaso+. Zaburi 37:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umubisha agīra umugambi mubi umugororotsi+,Akamuhekenyera amenyo+. Ivyakozwe 7:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Erega, ngo bavyumve, bumva birabasogose mu mitima+ baca batangura kumuhekenyera+ amenyo.
9 Ishavu ryiwe ryantabaguye, ambikira akazikira+.Ampekenyera amenyo+.Umurwanizi wanje ubwiwe anzuriye amaso+.