Imigani 16:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Duke turimwo ubugororotsi+ turuta umurengera w’ibintu utarimwo ubutungane+. Imigani 30:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 simpave mpaga hanyuma nkakwihakana vy’ukuri+, nkavuga ngo: “Yehova ni nde+?”, simpave kandi nja mu bworo hanyuma nkiba vy’ukuri, nkagaba igitero kw’izina ry’Imana yanje+. 1 Timoteyo 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nkako, ukwo kwihebera Imana+, kuri kumwe n’ukwikwira+, ni uburyo bwo kuronka inyungu ikomeye+.
9 simpave mpaga hanyuma nkakwihakana vy’ukuri+, nkavuga ngo: “Yehova ni nde+?”, simpave kandi nja mu bworo hanyuma nkiba vy’ukuri, nkagaba igitero kw’izina ry’Imana yanje+.