Zaburi 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nzotabaza Yehova ubwiwe n’ijwi ryanje,Na we azonyishura ari ku musozi wiwe mweranda+. Sela. Zaburi 145:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yehova ari hafi y’abamwambaza bose+,Hafi y’abamwambaza mu kuri bose+. Yesaya 30:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Abantu b’i Siyoni+ nibaba i Yeruzalemu+, ntuzogenda urize+. Ntazobura kukugirira ubutoni niyumva ijwi ry’amaborogo yawe; akiryumva ntazobura kukwishura+. Abaheburayo 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu misi y’umubiri wiwe Kristu yashikaniye ugutakamba n’ugusaba+ Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu, hariko n’amaborogo akomeye+ be n’amosozi, kandi yarumviwe ku bw’ugutinya Imana kwiwe+.
19 Abantu b’i Siyoni+ nibaba i Yeruzalemu+, ntuzogenda urize+. Ntazobura kukugirira ubutoni niyumva ijwi ry’amaborogo yawe; akiryumva ntazobura kukwishura+.
7 Mu misi y’umubiri wiwe Kristu yashikaniye ugutakamba n’ugusaba+ Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu, hariko n’amaborogo akomeye+ be n’amosozi, kandi yarumviwe ku bw’ugutinya Imana kwiwe+.