Zaburi 101:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Sinzoshira imbere y’amaso yanje ikintu na kimwe kitagira akamaro+.Emwe, igikorwa c’abata inzira ndacanka+;Ntikinyumirako+. Yesaya 28:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kubera ko mwavuze muti: “Twaragiranye isezerano na Rupfu+; kandi twe na Kuzimu twaragize ico tubona+; isegenya rikukumura ry’umwuzure niryaramuka rirenganye, ntirizodushikīra, kuko twagize ikinyoma ubuhungiro bwacu+, twihisha mu bubeshi+”;
3 Sinzoshira imbere y’amaso yanje ikintu na kimwe kitagira akamaro+.Emwe, igikorwa c’abata inzira ndacanka+;Ntikinyumirako+.
15 Kubera ko mwavuze muti: “Twaragiranye isezerano na Rupfu+; kandi twe na Kuzimu twaragize ico tubona+; isegenya rikukumura ry’umwuzure niryaramuka rirenganye, ntirizodushikīra, kuko twagize ikinyoma ubuhungiro bwacu+, twihisha mu bubeshi+”;