Zaburi 38:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nyaragasa umfashe+,Ewe Yehova bukiriro bwanje+! Zaburi 50:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.” Zaburi 70:1 Bibiliya y’isi nshasha 70 Ewe Mana, nyaragasa undokore+,Ewe Yehova, nyaragasa untabare+.