Indirimbo ya Salomo 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mu bijanye n’ugutamirana, amavuta yawe+ ni meza. Izina ryawe ni nk’amavuta asutswe+. Ni co gituma abigeme bagukunze. Indirimbo ya Salomo 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 narada+ be n’umuzafarani+, kanehe*+ be n’umudarasini+, kumwe n’ubwoko bwose bw’ibiti vy’imibavu ya olibani, imira n’umubazibazi+, kumwe n’ibimota neza vyose biruta ibindi+;
3 Mu bijanye n’ugutamirana, amavuta yawe+ ni meza. Izina ryawe ni nk’amavuta asutswe+. Ni co gituma abigeme bagukunze.
14 narada+ be n’umuzafarani+, kanehe*+ be n’umudarasini+, kumwe n’ubwoko bwose bw’ibiti vy’imibavu ya olibani, imira n’umubazibazi+, kumwe n’ibimota neza vyose biruta ibindi+;