1 Abami 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Maze Bati-sheba arunama+, akubita inkoro hasi imbere y’umwami, umwami na we aca avuga ati: “Ushaka gusaba iki+?” Abafilipi 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo mw’izina rya Yezu ivi ryose ripfunywe, ry’abari mw’ijuru n’abari kw’isi n’abari munsi y’ivu+,
16 Maze Bati-sheba arunama+, akubita inkoro hasi imbere y’umwami, umwami na we aca avuga ati: “Ushaka gusaba iki+?”
10 kugira ngo mw’izina rya Yezu ivi ryose ripfunywe, ry’abari mw’ijuru n’abari kw’isi n’abari munsi y’ivu+,