ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 20:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko Imana y’ukuri imubwira muri nya ndoto iti: “Na jewe namenye ko ivyo wabigize mu kugororoka kw’umutima wawe+, vyongeye ni jewe kandi nariko ngutangira ngo ntuncumureko+. Ico ni co catumye ntakwemerera kumukorako+.

  • Itanguriro 39:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nta wunduta muri iyi nzu, kandi nta kintu na kimwe yanyimye kiretse wewe, kuko uri umugore wiwe+. None noshobora nte gukora ico kibi gikomeye ngacumura koko ku Mana+?”

  • Abalewi 5:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ni ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha. Nta kabuza, aba yagiriwe n’ugucumura+ kuri Yehova.”

  • 2 Samweli 12:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nuko Dawidi abwira+ Natani ati: “Nacumuye kuri Yehova+.” Natani aca abwira Dawidi ati: “Yehova na we araretse igicumuro cawe ngo kirengane+. Ntugipfuye+.

  • Luka 15:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Maze nya muhungu amubwira ati: ‘Da, naracumuye ku Mana no kuri wewe+. Sinkibereye kwitwa umuhungu wawe. Nungire nk’umwe mu bacangero bawe+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika