Luka 7:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 (Abantu bose be n’abatozakori, aho bavyumviye, bamenyesha ko Imana igororotse+, bakaba bari babatijwe ibatisimu ya Yohani+. Ivyahishuwe 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko imanza zayo ari iz’ukuri n’izigororotse+. Kuko yashikije urubanza kuri wa mumaraya akomeye yononesheje isi ubusambanyi bwiwe, kandi yahoye amaraso y’abashumba bayo yavishije n’ukuboko kwiwe+.”
29 (Abantu bose be n’abatozakori, aho bavyumviye, bamenyesha ko Imana igororotse+, bakaba bari babatijwe ibatisimu ya Yohani+.
2 kuko imanza zayo ari iz’ukuri n’izigororotse+. Kuko yashikije urubanza kuri wa mumaraya akomeye yononesheje isi ubusambanyi bwiwe, kandi yahoye amaraso y’abashumba bayo yavishije n’ukuboko kwiwe+.”