Zaburi 110:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abantu bawe+ bazokwitanga babikunze+ ku musi w’inteko zawe za gisirikare+.Mu bwiza bwakaka bw’ubweranda+, ufise igitero cawe c’imisore nk’amama y’ikime,Bakaza bavuye mu gitereko c’umutwenzi+. Matayo 26:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Gume muri maso+ kandi mugume musenga+, kugira ntimuje mu kigeragezo+. Nkako umutima urashashaye, mugabo umubiri ni goyigoyi+.”
3 Abantu bawe+ bazokwitanga babikunze+ ku musi w’inteko zawe za gisirikare+.Mu bwiza bwakaka bw’ubweranda+, ufise igitero cawe c’imisore nk’amama y’ikime,Bakaza bavuye mu gitereko c’umutwenzi+.
41 Gume muri maso+ kandi mugume musenga+, kugira ntimuje mu kigeragezo+. Nkako umutima urashashaye, mugabo umubiri ni goyigoyi+.”