Zaburi 109:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko akanwa k’umubisha n’akanwa k’ubuhendanyi twasamye ngo tundotse+.Bamvuze bakoresheje ururimi rw’ikinyoma+; 2 Abakorinto 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko mwene abo bantu ari intumwa z’ikinyoma, abakozi b’abahendanyi+, bihindura intumwa za Kristu+.
2 Kuko akanwa k’umubisha n’akanwa k’ubuhendanyi twasamye ngo tundotse+.Bamvuze bakoresheje ururimi rw’ikinyoma+; 2 Abakorinto 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko mwene abo bantu ari intumwa z’ikinyoma, abakozi b’abahendanyi+, bihindura intumwa za Kristu+.
13 Kuko mwene abo bantu ari intumwa z’ikinyoma, abakozi b’abahendanyi+, bihindura intumwa za Kristu+.