Zaburi 49:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Abizigira ibibabeshaho+,Bakaguma biratira ubwinshi bw’ubutunzi bwabo+, Imigani 11:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Uwizigira ubutunzi bwiwe, emwe, ubwiwe azogwa+; mugabo abagororotsi bazosagarara nk’amababi+. Imigani 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mbega wabukubitijeko amaso, kandi ari ubusa+? Kuko butabura kwimerera amababa nk’ay’inkona, bukaguruka bwerekeza mu majuru+. 1 Timoteyo 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Tegeka abatunzi+ bo muri iki gihe* kutihambaza+, no kudashingira icizigiro cabo ku butunzi butari ubwo kwizigirwa+, mugabo bagishingire ku Mana, yo ituronsa ku bwinshi ibintu vyose kugira ngo tubinezererwe+;
5 Mbega wabukubitijeko amaso, kandi ari ubusa+? Kuko butabura kwimerera amababa nk’ay’inkona, bukaguruka bwerekeza mu majuru+.
17 Tegeka abatunzi+ bo muri iki gihe* kutihambaza+, no kudashingira icizigiro cabo ku butunzi butari ubwo kwizigirwa+, mugabo bagishingire ku Mana, yo ituronsa ku bwinshi ibintu vyose kugira ngo tubinezererwe+;