Itanguriro 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Imana rero yitegereza isi, isanga yari yononekaye+, kuko ikiri n’umubiri cose cari cononye inzira yaco kw’isi+. Zaburi 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nkiza+, Yehova we, kuko intahemuka irangiye+;Kuko abantu b’abizigirwa bakamanganye mu bana b’abantu. Zaburi 14:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bose barakebeje+, bose ni cokimwe barononekaye+;Nta n’umwe ariho akora iciza+,Habe n’umwe+. Umusiguzi 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko ata muntu w’umugororotsi ariho mw’isi aguma akora ivyiza ntacumure+. Abaroma 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bose barahuvye, bose hamwe bacitse abatagira ico bamaze; nta n’umwe ariho agira ubuntu, ntihagira n’umwe+.”
12 Imana rero yitegereza isi, isanga yari yononekaye+, kuko ikiri n’umubiri cose cari cononye inzira yaco kw’isi+.
12 Nkiza+, Yehova we, kuko intahemuka irangiye+;Kuko abantu b’abizigirwa bakamanganye mu bana b’abantu.
12 Bose barahuvye, bose hamwe bacitse abatagira ico bamaze; nta n’umwe ariho agira ubuntu, ntihagira n’umwe+.”