ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 14:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko haba ukujugumira+ mw’ikambi mu gahinga no mu bantu bose bo kuri nya kirindiro; za ngabo z’abasahuzi+ zirajugumira na zo nyene, maze isi itangura kunyiganyiga+, ivyo biraheza bicika ukujugumira kuvuye ku Mana+.

  • 2 Abami 7:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Yehova ubwiwe yari yatumye ikambi y’Abasiriya yumva+ urwamo rw’imikogote y’intambara, urwamo rw’amafarasi, urwamo rw’inteko za gisirikare nyinshi+, ku buryo babwirana bati: “Murazi! Umwami wa Isirayeli yadutangiye impera ku bami b’Abaheti+ n’abami ba Misiri+ kugira ngo baze kuturwanya!”

  • Zaburi 14:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Aho nyene baratekewe n’ubwoba bwinshi+,

      Kuko Yehova ari hagati mw’iyaruka ry’umugororotsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika