Abalewi 26:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Emwe, mwebwe nzobashinga igitsure canje*, kandi ntimuzogenda mudatsinzwe imbere y’abansi banyu+. Ababanka bazobahonyangira hasi+, kandi muzohunga ata wubomye inyuma+. Abalewi 26:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 “‘Abasigaye bo muri mwebwe+, nzozana koko ubwoba mu mitima yabo mu bihugu vy’abansi babo. Kandi urwamo rw’ibabi riguruwe n’umuyaga ruzobakinagiza, bahunge nk’abahunga inkota, bagwe ata wubakinagiza+. Imigani 28:1 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ababisha barahunga kandi ata wuriko arabakurikirana+, mugabo abagororotsi bameze nk’intambwe ishize umutima mu nda+.
17 Emwe, mwebwe nzobashinga igitsure canje*, kandi ntimuzogenda mudatsinzwe imbere y’abansi banyu+. Ababanka bazobahonyangira hasi+, kandi muzohunga ata wubomye inyuma+.
36 “‘Abasigaye bo muri mwebwe+, nzozana koko ubwoba mu mitima yabo mu bihugu vy’abansi babo. Kandi urwamo rw’ibabi riguruwe n’umuyaga ruzobakinagiza, bahunge nk’abahunga inkota, bagwe ata wubakinagiza+.
28 Ababisha barahunga kandi ata wuriko arabakurikirana+, mugabo abagororotsi bameze nk’intambwe ishize umutima mu nda+.