ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 88:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 88 Ewe Yehova, Mana y’ubukiriro bwanje+,

      Ku murango narasemereye+,

      No mw’ijoro, imbere yawe+.

  • Zaburi 119:147
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 147 Navyutse kare mu bucagucagu+, kugira ntabaze+.

      Narindiriye amajambo yawe+.

  • Daniyeli 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mugabo Daniyeli akimara kumenya ko urwo rwandiko rwateweko umukono, aca yinjira mu nzu yiwe; kandi yaza arapfukama gatatugatatu ku musi+, amadirisha y’icumba ciwe co hejuru akaguma yuguruye ku bwiwe araba i Yeruzalemu+, akaza arasenga+ yongera ashikana ishemezo imbere y’Imana yiwe+, nk’uko yari yahoze abigira imbere y’aho+.

  • Mariko 1:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Mu gatondo ka kare, hakiri mu kajoro, aravyuka aja hanze, hanyuma aja mu gahinga+, maze ari ng’aho atangura gusenga+.

  • 1 Abatesalonika 5:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Musenge ubudahengeshanya+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika