2 Ngoma 32:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Gire umutima rugabo kandi mukomere+. Ntimutinye+ canke ngo mutekerwe n’ubwoba+ kubera umwami wa Ashuri+ no kubera isinzi ryose riri kumwe na we+; kuko abo turi kumwe ari benshi kuruta abari kumwe na we. Zaburi 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Sinzotinya abantu ibihumbi mirongoBatondeye kundwanya irya n’ino+. Zaburi 118:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bankikuje nk’inzuki+;Bazimijwe nk’umuriro w’ibisaka vy’amahwa+.Mw’izina rya Yehova ni ho nabagumiza kure+. Matayo 26:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Akiriko aravuga, Yuda+ umwe muri bamwe cumi na babiri azanana n’isinzi rinini ryitwaje inkota+ n’amahiri, rivuye ku bakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye bo muri ico gisata+.
7 “Gire umutima rugabo kandi mukomere+. Ntimutinye+ canke ngo mutekerwe n’ubwoba+ kubera umwami wa Ashuri+ no kubera isinzi ryose riri kumwe na we+; kuko abo turi kumwe ari benshi kuruta abari kumwe na we.
12 Bankikuje nk’inzuki+;Bazimijwe nk’umuriro w’ibisaka vy’amahwa+.Mw’izina rya Yehova ni ho nabagumiza kure+.
47 Akiriko aravuga, Yuda+ umwe muri bamwe cumi na babiri azanana n’isinzi rinini ryitwaje inkota+ n’amahiri, rivuye ku bakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye bo muri ico gisata+.