ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ewe Yehova, kubera iki abarwanizi banje babaye benshi+?

      Kubera iki benshi bahagurukira kundwanya+?

  • Zaburi 54:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Azokwishura ikibi abansi banje+;

      Mu kuri kwawe, nubanumye+.

  • Ivyakozwe 4:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Nkako, Herodi na Ponsiyo Pilato+ hamwe n’abantu bo mu mahanga be n’ibisata vya Isirayeli mu vy’ukuri barakoraniye hamwe muri iki gisagara ngo barwanye Yezu umusavyi wawe mweranda+, uwo warobanuje amavuta+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika