ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 19:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Amaherezo Sauli abwira Yonatani umuhungu wiwe n’abasuku biwe bose ivyo kwica Dawidi+.

  • Zaburi 10:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Aguma abunze ahantu hihishije nk’intambwe mu kibundo cayo+.

      Aguma abunze+ ngo agire umurushwa atwara ku nguvu.

      Atwara nya murushwa ku nguvu igihe akweze urusenga rwiwe rukiyugara+.

  • Zaburi 37:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Umubisha aguma areretse umugororotsi+,

      Akarondera kumwica+.

  • Zaburi 38:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mugabo abarondera ubuzima bwanje batega imitego+,

      Abakora bandonderera ivyago na bo bavuze ivy’amarushwa+,

      Kandi ubuhendanyi ni bwo baguma bavugira mu ntamatama bukarinda bwira+.

  • Zaburi 56:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Baratera, barihisha+,

      Bobo baguma bitegereza intambuko zanje+,

      Barindiriye ubuzima bwanje+.

  • Zaburi 71:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko abansi banje bavuze ku binyerekeye+,

      N’abaguma bareretse ubuzima bwanje bagiye hamwe baja inama+,

  • Yohani 7:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Inyuma y’ivyo Yezu abandanya kugendagenda i Galilaya, kuko atashaka kugendagenda i Yudaya, kubera ko Abayuda bariko barondera kumwica+.

  • Ivyakozwe 23:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Na canecane, ntureke ngo bakwumvishe unyurwe, kuko abagabo barenga mirongo ine bo muri bo bamureretse+, kandi barahiye barisiba yuko batazogenda bariye canke ngo banywe batamwishe+; kandi ubu biteguye, barindiriye ico ubemerera.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika