1 Samweli 24:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yewe dawe+, raba, ni ukuri raba mu kuboko kwanje igice co hepfo c’umwitero utagira amaboko wawe, kuko igihe nagicacura ntakwishe. Umenye kandi ubone yuko ata bubi+ canke umugararizo ngufiseko, kandi ko ntagucumuyeko, naho wewe uriko urabundira ubuzima bwanje ngo ubukureho+. 1 Samweli 26:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yongerako ati: “Kubera iki umukama wanje ariko yoma inyuma umusuku wiwe+? Nkako, nakoze iki? Kandi ni ububi ubuhe buri mu kuboko kwanje+? Zaburi 35:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ese ababaye abansi banje ata mvo batonyigambako+;Nayo abanyankira ubusa, ntibavune urugohe+. Zaburi 69:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abanyankira ubusa babaye benshi mbere kuruta n’umushatsi wo ku mutwe wanje+.Abarondera kunumya, bakaba ari abansi banje ata mvo, babaye benshi+.Ico ntari natwaye ku bwambuzi, naciye ndagisubiza.
11 Yewe dawe+, raba, ni ukuri raba mu kuboko kwanje igice co hepfo c’umwitero utagira amaboko wawe, kuko igihe nagicacura ntakwishe. Umenye kandi ubone yuko ata bubi+ canke umugararizo ngufiseko, kandi ko ntagucumuyeko, naho wewe uriko urabundira ubuzima bwanje ngo ubukureho+.
18 Yongerako ati: “Kubera iki umukama wanje ariko yoma inyuma umusuku wiwe+? Nkako, nakoze iki? Kandi ni ububi ubuhe buri mu kuboko kwanje+?
4 Abanyankira ubusa babaye benshi mbere kuruta n’umushatsi wo ku mutwe wanje+.Abarondera kunumya, bakaba ari abansi banje ata mvo, babaye benshi+.Ico ntari natwaye ku bwambuzi, naciye ndagisubiza.