ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Ubukiriro ni ubwa Yehova+.

      Umuhezagiro wawe uri ku bantu bawe+. Sela.

  • Zaburi 37:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Ubukiriro bw’abagororotsi buva kuri Yehova+;

      Ni we ababera iboma mu gihe c’amarushwa+.

  • Zaburi 68:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Hahezagirwe Yehova atwikorerera umutwaro ku musi ku musi+,

      We Mana y’ukuri y’ubukiriro bwacu+. Sela.

  • Yesaya 12:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika