Matayo 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 hanyuma igihe ariko abarungika i Betelehemu, avuga ati: “Nimugende, murondere uwo mwana mutoyi muvyitondeye, nimwamara kumutora mugaruke kubimbwira, kugira nanje ngende kumwunamira+.”
8 hanyuma igihe ariko abarungika i Betelehemu, avuga ati: “Nimugende, murondere uwo mwana mutoyi muvyitondeye, nimwamara kumutora mugaruke kubimbwira, kugira nanje ngende kumwunamira+.”