Zaburi 43:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ewe mutima wanje, kubera iki wihebuye+?Kubera iki usebagirika muri jewe?Rindira Imana+,Kuko nzoshishikara kuyihaya ko ari yo bukiriro bwanje buhambaye, ko ari yo Mana yanje+. Zaburi 62:1 Bibiliya y’isi nshasha 62 Koko, umutima wanje urindiriye Imana mu gacerere+.Kuri yo ni ho ubukiriro bwanje buva+. Mika 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Jeho, Yehova ni we nzoguma nderetse+. Nzorindira Imana y’ubukiriro bwanje+. Imana yanje izonyumva+.
5 Ewe mutima wanje, kubera iki wihebuye+?Kubera iki usebagirika muri jewe?Rindira Imana+,Kuko nzoshishikara kuyihaya ko ari yo bukiriro bwanje buhambaye, ko ari yo Mana yanje+.
7 Jeho, Yehova ni we nzoguma nderetse+. Nzorindira Imana y’ubukiriro bwanje+. Imana yanje izonyumva+.